Category Archives: Uncategorized

RDC: Byagenda Bite Urukiko Rutemeye Itorwa rya Tshisekedi?

      voa

Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bari mu na muri Suisse ngo batore uwuzobaserukira mu matora ya Prezida

Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bavuga ko hazoshika itariki 15/11/2018 bahisemwo uwuzobaserukira mu matora y’umukuru w’igihugu ca Kongo. Uvuye i bubamfu uja i buryo: Vital Kamerhe, Felix Tshisekedi, Adolphe Muzito, Moise Katumbi na Jean-Pierre Bemba

Imbogo amajana zatwawe n’uruzi zihunga intare muri Botswana

Umugore ari mu bashitse aho iryo sanganya ryabeyere, atwaye ukuguru kw’imbogo

Imbogo amagana zariko zihungaga intare zatwawe n’uruzi ku rubibe rugabanya ibihugu bya Botswana na Namibiya, bituma abanyagihugu baronka inyama nyinshi bataziga.

Diane Rwigara arikumwe n’Uhoraho Uwiteka Imana Nyiringabo!Naho mutamwitaho,Uhoraho azasohoza ibyo yamuvuzeho!!!

 

      Diane2018

Ukuri mu binyoma by’Ubuhanuzi

 

      H.Thoma Sankara

Translate »
Skip to toolbar