Prezida Donald Trump wa Amerika yaneguye ikigo kijejwe amatohoza FBI kuba kitashoboye guhagarika ubwicanyi bwabaye ku munsi wa gatatu kw'ishuli ryo muri Floride kandi...
Abasirikare batandatu ba Republika iharanira demokrasi ya Kongo brishwe, mu gutana mu gikorwa cya gisirikare cy’inteko za Leta ya Kongo cari kigenewe gutuza inteko...
Umunyamabanga mukuru wa Onu yabwiye BBC ko ata muntu yokwihanganira ingeso y'ubusambanyi mu mashirahamwe y'abagiraneza.
Antonio Gutteres yariko arashikiriza aho ahagaze, ku bivugwa ko hari...