Monthly Archives: March 2018

Tillerson Aranegura Politike y’Ubushinwa kuri Afurika

Umunyamabanga wa Leta zunze ubumwe z’Amerika Rex Tillerson avuga mu mubonano n’icyegera cy’umushikiranganji wa mbere wa Irlande i Washington, Itariki ya 23/02/2018.

Rex Tillerson, sekreteri wa reta wa Leta zunze ubumwe z’Amerika kur’uyu wa kabiri niho aribufate indege mu rugendo rwa mbere muri Afrika, urugendo rugamije gukuraho ubwoba uwo mugabane ufitte bufatiye ku mvugo zigaragaza amakenga zashikirijwe na perezida Donald Trump wa Leta zunze ubumwe z’Amerika.

Wiringira ijosi,rikakubyarira umwingo!

 

      Inkovu z'imiringa

Muri Australia hatowe ubutumwa bwo mu kinyejana cya 19

Abahanga bemeje ko ubutumwa bwatowe mw’icupa ari ubwasizwe mu mazi n’Abadagi bari mw’igerageza mu 1886

Icupa ryavuyemwo inzoga yo mu bwoko bwa gin, ryatowe ku nkengera z’amazi mu burengero bwa Australia, ririmo ubutumwa bwanditse mu kidagi bwarungitswe mu 1886.

Intambara hagati y’Inyenyeri,n’Inkozi z’Ibibi

 

      Inyenyeri 2018

Etiyopiya: Abanyagihugu Bariyamiriza Ibihe Bidasanzwe

Amangazine yugaye mu gihe cyo kwiyamiriza ibihe bidasanzwe igihugu kirimwo, Addis Abeba, italiki 5/03/2018.

Imirimo y’ubudandaji yugaye ku murwa mukuru w’igihugu cya Etiyopia, Addis Abeba no mu ntara nini cyane mu gihugu ya Oromia, kur’uyu musi wa mbere.

Skip to toolbar