Daily Archives: March 3, 2018

ONU ngo igiye gukomeza umutekano w’abasirikare bayo muri Congo

Hits: 80

Umurwi wa Onu ufasha gukomeza umutekano muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (RD Congo), wavuze ko ugiye gukomeza umutekano w’abasirikare bawo inyuma y’ibyo watoye mw’itohoza ku basirikare 15 ba Tanzaniya bishwe.

Indwano ishingiye ku moko yahitanye 33 muri Congo

Hits: 70

Abantu barenga 33 bishwe mu ngwano yadutse ishingiye ku moko muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (RD Congo), niko ubutegetsi buvuga.

Skip to toolbar