Daily Archives: March 17, 2025

Ibihano (sanctions) biravuza ubuhuha mu Buhanuzi

Ishyirahamwe ry’Ubumwe bw’ibihugu by’Uburaya (EUROPIAN UNION) ryafatiye ibihano abantu icenda barimwo abasirikare bo mu ngabo za M23 n’Urwanda hamwe n’aba sivire iryo shirahamwe rivuga ko bafise uruhara runini mu ntambara iriko iraba mu buseruko bwa Repuburika ya Demokarasi ya Congo.

Ubuhanuzi: Umwakagara PK ati, mwitegure gufunga umukandara kuko imbere atariheza!!!

 

      pk_speech
Skip to toolbar