Daily Archives: May 3, 2019

Uko Maj Sankara Calixt,Mukashema Esperance,Rusesabagina,bakoranaga na za DMI za Kigali

Hits: 181

 

      Isesengura 5

Ubugenzuzi bw’ibimenyeshamakuru bwa Uganda bwategetse bimwe guhagarika abakozi 39

Hits: 68


Ubwo bugenzuzi, Uganda Communications Commission (UCC), ntibwadomyeko urutoki amakosa yakozwe

Ubugenzuzi bw’ibimenyeshamakuru mu gihugu ca Uganda bwategetse amaradio n’amateleviziyo 13 guhagarika bamwe mu bamenyeshamakuru, bukabagiriza “gutanga amakuru y’ibinyoma”.

Igisirikare cya Sudani cyanze ubwiganze bw’abasivile mu kanama kayobora igihugu

Hits: 55


Liyetona Jenerali Salah Abdelkhalek avuga ko akanama ka gisirikare gashobora kwiga ku kuba imyanya yasaranganywa mu buryo bungana hagati y’abasivile n’abasirikare

Umutegetsi mukuru wo mu kanama ka gisirikare kari ku butegetsi muri Sudani yabwiye BBC ko aka kanama katazemerera abasivile kugira ubwiganze mu kanama k’ikirenga gateganyijwe kuyobora iki gihugu mu gihe cy’inzibacyuho.

Skip to toolbar