Umushikiranganji wa Irani ajejwe imigenderanire n’amahanga Mohammad Javad Zarif yagiriza Leta zunze ubumwe za Amerika gushaka gushyira Irani ku mavi no guhindura Leta mu kurondera guhungabanya urudandaza mpuzamakungu rw’ibitoro.
Monthly Archives: April 2019
Perezida Putin ‘yarakajwe’ n’igifungo urukiko rwo muri Amerika rwakatiye maneko w’Uburusiya

Perezida Vladimir Putin w’Uburusiya yavuze ko igifungo cyakatiwe Maria Butina giteje “uburakari”
Perezida Vladimir Putin w’Uburusiya yavuze ko yarakajwe n’icyemezo cy’urukiko rwo muri Leta Zunze Ubumwe z’Amerika rwakatiye igifungo maneko Maria Butina w’Uburusiya, avuga ko ari “ugukoresha nabi ubutabera”.