Category Archives: World

Umwakagara yahawe amezi (3) kuba yamaze kurekura imfungwa zose za politike!!!

 

      Amezi 3

Waba uzi ibirwanisho ruhonyanganda biri kw’isi, uko bingana, ababitunze n’igituma bitavaho?

Kw’itariki 26 z’ukwezi kw’icenda, umuryango mpuzamakungu Onu urahimbaza umunsi wahariwe ukurandurana n’imizi ibigwanisho ruhonyangandaImwe mu ntego nkuru nkuru z’umuryango mpuzamakungu Onu ni kurandurana n’imizi ibigwanisho ruhonyanganda kw’isi, ariko ico gikorwa umengo nticaworoheye.

Intumwa ya Satani Bishop Rugagi,yagaragaje imbaraga akorana nazo!!?

Bishop Rugagi yagurishije abakirisito udutabo tudasanzwe tuzabahesha kurongorwa, akazi, gukira kanseri na Diyabeti…

USA: Imvura na Serwakira Muri Florence Bimaze Guhitana Abantu 16

Abatabara bagerageza kwifashisha imodoka zitabara abantu imyuzure, mu gisagara cya Fayetteville, N.C., itariki 16/09/2018.

USA: Igihuhusi Florence Cyaciye Ibintu muri Leta ya Carolina

Igihuhusi simusiga cyitiriwe Florence uyu musi ku wa gatanu mu gitondo cya kare, cyashitse ku butaka ku nkengero y’inyanja ya Atlantique, muri Leta ya Carolina yo mu buraruko muri Leta zunze ubumwe z’Amerika. Cyateje umwuzure w’amazi ku birometero bitari bike muri iyo reta, n’inyubakwa zitari nke zirasamburwa n’imvura y’akura hamwe n’umuyaga w’akataraboneka.

Skip to toolbar