Category Archives: Business

Ibihangange kw’isi,bikomeje guhangana!!?

 

      Power 2019

Umutima w’umuntu wibagiriwe mu ndege watumye isiba urugendo

Indege yo muri Amerika yarivuye Seattle igiye Dallas vyabaye ngombwa ko isubira inyuma yarimaze amasaha ihagurutse kuberako hari umutima w’umuntu wibagiriwe muriyo.

Abahanga muri siyansi bo mu Buholandi bamuritse imineke yavuye ku nsina ‘zidacyenera igitaka’

Impuguke zivuga ko imineke ari zo mbuto ziribwa cyane kurusha izindi ku isi, aho buri mwaka imineke miliyari 100 iribwa n’abatuye isi, 95% byayo ikaba ari iyo mu bwoko bwa kamaramasenge.

Ubushinwa bwarakariye Amerika yabufatiye ibihano kubera kugura intwaro mu Burusiya

Ubushinwa buherutse kugura mu Burusiya indege 10 z’intambara zo mu bwoko bwa ukhoi Su-35

Ubushinwa bwasabye Leta Zunze Ubumwe z’Amerika gukuraho ibihano zabufatiye kubera ko bwaguze mu Burusiya indege z’intambara n’ibisasu bya misile bitererwa ku butaka bihanura indege, bitihise Amerika “ikirengera ingaruka.”

Ikinamico ryimitwe yikoranabuhanga ryazanye ubujura bwa gisilimu

 

      umutwe
Skip to toolbar