Category Archives: Uncategorized

Muri gakondo abajepe bagiye kwica abaturage nk’uko kuri IKINANI byagenze!!!



Kabila agonganishije abatavuga rumwe nawe,ngo yigumire kubutegetsi!!!


Abahanga mu bya politike bakurikiranira hafi ibibera muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo baravuga ko kutavuga rumwe kw’abahiganirwaga umwanya w’umukuru w’igihugu bishobora kuvamo ukutemerwa kw’ibyatangajwe n’akanama gashinzwe amatora (CENI).

RDC: Byagenda Bite Urukiko Rutemeye Itorwa rya Tshisekedi?

      voa

Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bari mu na muri Suisse ngo batore uwuzobaserukira mu matora ya Prezida

Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bavuga ko hazoshika itariki 15/11/2018 bahisemwo uwuzobaserukira mu matora y’umukuru w’igihugu ca Kongo. Uvuye i bubamfu uja i buryo: Vital Kamerhe, Felix Tshisekedi, Adolphe Muzito, Moise Katumbi na Jean-Pierre Bemba

Imbogo amajana zatwawe n’uruzi zihunga intare muri Botswana

Umugore ari mu bashitse aho iryo sanganya ryabeyere, atwaye ukuguru kw’imbogo

Imbogo amagana zariko zihungaga intare zatwawe n’uruzi ku rubibe rugabanya ibihugu bya Botswana na Namibiya, bituma abanyagihugu baronka inyama nyinshi bataziga.

Translate »
Skip to toolbar