Daily Archives: June 3, 2023
White House ivuga ko Biden ameze neza nyuma yo kugwa ahavugirwa ijambo

Perezida w’Amerika Joe Biden ameze “neza” nyuma yo gutsitara akagwa mu muhango wabereye muri leta ya Colorado, nkuko bivugwa n’abategetsi bo mu biro bye bya White House.













