HomeUncategorizedBwana Rusesabagina avuga ko yashutswe n’abategetsi b’u Rwanda kugira ngo asubire mu...

Bwana Rusesabagina avuga ko yashutswe n’abategetsi b’u Rwanda kugira ngo asubire mu gihugu mu kwezi gushize!!!

 

Umugabo wamenyekanye nk’intwari ya filimi Hotel Rwanda”, Paul Rusesabagina ubu uri muri kasho y’igipolisi I Kigali, yagiraniye ikiganiro n’ikinyamakuru “The New York Times” cyandikirwa muri Amerika. Mu nkuru cyasohoye ku musi wa kane, Rusesabagina yasobanuriye umunyamakuru wacyo ko yaguye mu mutego akisanga mu Rwanda.

      rusesa3 - VOA

RELATED ARTICLES
- Advertisment -
Google search engine

Most Popular

Recent Comments