Daily Archives: February 2, 2018

BREAKING NEWS: Miguna Miguna’s home raided

Umwe mu bitabye kurahira kwa Odinga muri Kenya yafashwe

Igipolisi muri Kenya cyafashe umunyepolitike ateza amadidane yitabye ibirori byo kurahira k’uwutavuga rumwe na leta, Raila Odinga, yarahijwe nka “Perezida w’abanyagihugu”.

Umukino w’injangwe ni mbeba wa politike muri Kenya!?

Amerika yiyamirije irahira rya Raila Odinga Igihugu cya Leta Zunze Ubumwe z’Amerika kivuga ko gitereye kure ukwirahiza kwa kizigenza w’imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi Raila Odinga.

Skip to toolbar