Category Archives: Top News

Kampanye yo kwamagana Umwakagara ku mbuga nkoranyambaga,itumye Umwakagara arekura Ingabire Victoire!!!

 

      Ingabire

USA: Igihuhusi Florence Cyaciye Ibintu muri Leta ya Carolina

Igihuhusi simusiga cyitiriwe Florence uyu musi ku wa gatanu mu gitondo cya kare, cyashitse ku butaka ku nkengero y’inyanja ya Atlantique, muri Leta ya Carolina yo mu buraruko muri Leta zunze ubumwe z’Amerika. Cyateje umwuzure w’amazi ku birometero bitari bike muri iyo reta, n’inyubakwa zitari nke zirasamburwa n’imvura y’akura hamwe n’umuyaga w’akataraboneka.

Ingoma y’abega,n’ingoma y’Abahinduro bicirwaho iteka!!!

 

      Jim

Ntawugambanira Shima Diane Rwigara ngo abikire!!!

 

      Mugabe Bob

Umwakagara arahamagarira abanyarwanda kwicana

 

      Umwakagara 9
Skip to toolbar