Category Archives: Justice

Uko BoseBareba bakunda kwita Theo uko yateye umukobwa inda

 

      Theo

Ninde waguhagarara imbere ushaka kujya iwanyu!?

 

      Refuge 2018

umucamanza David Maraga ashobora gusimbura Kenyatta kubutegetsi agategura amatora ateganijwe muri kanama,2018

 

      Maraga 2018

Gutteres: Ntawakwihanganira ingeso y’ubusambanyi mu mashirahamwe

Umunyamabanga mukuru wa Onu Antonio Gutteres yigeze gutwara ishami ryitaho impunzi arakeza imikorere ya Oxfam muri rusangi

Umunyamabanga mukuru wa Onu yabwiye BBC ko ata muntu yokwihanganira ingeso y’ubusambanyi mu mashirahamwe y’abagiraneza.

Inama ya EAC izabera i Kampala

Perezida wa Uganda Yoweri Kaguta Museveni

Mu ndwi iza, i Kampala muri Uganda hazokorana inama rukokoma y’abakuru b’ibihugu bya Afurika y’Ubuseruko.

Nk’uko uwo muryango wabitangarije abamenyeshamakuru, iyo nama izarabera hamwe aho ibikorwa vy’iterambere bigeze, n’ikibazo c’ibiganiro bihuza Abarundi.

Page 13 of 14
1 11 12 13 14
Skip to toolbar