{"id":9307,"date":"2018-11-09T19:47:53","date_gmt":"2018-11-09T19:47:53","guid":{"rendered":"https:\/\/egretnews.com\/?p=9307"},"modified":"2018-11-09T19:47:53","modified_gmt":"2018-11-09T19:47:53","slug":"abatavuga-rumwe-na-leta-ya-kongo-bari-mu-na-muri-suisse-ngo-batore-uwuzobaserukira-mu-matora-ya-prezida","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/2018\/11\/09\/abatavuga-rumwe-na-leta-ya-kongo-bari-mu-na-muri-suisse-ngo-batore-uwuzobaserukira-mu-matora-ya-prezida\/","title":{"rendered":"Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bari mu na muri Suisse ngo batore uwuzobaserukira mu matora ya Prezida"},"content":{"rendered":"<figure class=\"media-landscape has-caption full-width lead\" style=\"text-align: justify;\"><figcaption class=\"media-caption\"><span class=\"media-caption__text\">Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bavuga ko hazoshika itariki 15\/11\/2018 bahisemwo uwuzobaserukira mu matora y&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ca Kongo. Uvuye i bubamfu uja i buryo: Vital Kamerhe, Felix Tshisekedi, Adolphe Muzito, Moise Katumbi na Jean-Pierre Bemba<\/p>\n<p><\/span><\/figcaption><\/figure>\n<p><!--more--><\/p>\n<p class=\"story-body__introduction\">Abatavuga rumwe na leta ya Republika ya Demokrasi ya Kongo bari mu nama muri Suisse barondera guhuriza ku mu kandida umwe ya baserukira mu matora yo mu kwezi kuza.<\/p>\n<p>Aba barongozi baserukiye imigambwe itavuga rumwe na leta, biyemeje ko itariki ya 15 z&#8217;ukwa cumi na rimwe izoshika bamaze kwumvikana ku mukandida umwe.<\/p>\n<p>Iyo nama ibera i Geneve irimo kandi abakandida batatu bangiwe kwitoza mu matora y&#8217;umukuru w&#8217;igihugu hamwe n&#8217;abandi bane bemerewe kwitoza.<\/p>\n<p>Umwe mu bagize umugambwe UDPS yavuganye na BBC ari i Geneve, yavuze ko abo banyepolitike barimwo Moise Katumbi, uwahoze ari buramatari w&#8217;intara ya Katanga na Felix Tshisekedi umukuru wa UDPS.<\/p>\n<p>Barimwo kandi Vital Kamerhe uwahoze ari umukuru w&#8217;inama nshingamateka hamwe na Jean Pierre Bemba yahoze ari umushirikiranganji wa mbere.<\/p>\n<ul class=\"story-body__unordered-list\">\n<li class=\"story-body__list-item\"><a class=\"story-body__link\" href=\"https:\/\/www.bbc.com\/gahuza\/amakuru-46055004\">Ishyaka UDPS ritavuga rumwe na leta ryatangaje ko Kongo &#8216;ititeguye&#8217; amatora ya perezida<\/a><\/li>\n<li class=\"story-body__list-item\"><a class=\"story-body__link\" href=\"https:\/\/www.bbc.com\/gahuza\/amakuru-44791835\">Kuki Perezida Joseph Kabila wa Kongo yanga kwakira abashyitsi?<\/a><\/li>\n<li class=\"story-body__list-item\"><a class=\"story-body__link\" href=\"https:\/\/www.bbc.com\/gahuza\/amakuru-45117585\">Umukuru w&#8217;igihugu ca Republika ya Demokrasi ya Kongo, Joseph Kabila, ntazitoza mu matora yo mu kwa 12<\/a><\/li>\n<\/ul>\n<p>Iyo nama kandi itegekanya kwihweza igabangana ry&#8217;ibikorwa mu gihe c&#8217;ukwiyamamaza hamwe na nyuma y&#8217;amatora.<\/p>\n<p>Ivyitezwe kuva muri iyo nama bivugwa ko bizomenyekana ku wa Mungu itariki 11 z&#8217;ukwa cumi na rimwe.<\/p>\n<figure class=\"media-landscape has-caption full-width\"><\/figure>\n<figure class=\"media-landscape has-caption full-width\"><span class=\"image-and-copyright-container\">\u00a0 <\/span><figcaption class=\"off-screen\"><span class=\"media-caption__text\">Emmanuel Ramazani Shadary, niwe azoserukira umugambwe uri ku butegetsi <\/span><\/figcaption><\/figure>\n<h2 class=\"story-body__crosshead\">Bazahitamo nde<\/h2>\n<p>Naho bitaramenyekana, umunyepolitike wo muri Kongo Jean Bosco Barihima wo mu mugambwe ARC, Alliance pour le renouveau du Congo, yabwi ye BBC Gahuzamiryango ko bazohitamwo hagati ya Felix Tshisekedi na Vital Kamerhe.<\/p>\n<p>Mu kwezi guheze muri Afrika y&#8217;epfo, niho abanyepolitike indwi batavuga rumwe na leta ya Kongo biyemeza gutora umukandida umwe.<\/p>\n<p>Hari abakandida 21 mu matora y&#8217;umukuru w&#8217;igihugu yo mu kwezi kuza muri Kongo, uwahozi ari umushikiranganji w&#8217;intwaro yo hagati, Emmanuel Ramazani Shadary akaba ari we yagenywe n&#8217;umugamwe uri ku butegetsi.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abatavuga rumwe na leta ya Kongo bavuga ko hazoshika itariki 15\/11\/2018 bahisemwo uwuzobaserukira mu matora y&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ca Kongo. Uvuye i bubamfu uja i buryo: Vital Kamerhe, Felix Tshisekedi, Adolphe Muzito, Moise Katumbi na Jean-Pierre Bemba<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":9309,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[1],"tags":[],"class_list":["post-9307","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uncategorized"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9307","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9307"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9307\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9310,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9307\/revisions\/9310"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media\/9309"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9307"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9307"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9307"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}