{"id":9001,"date":"2018-09-29T19:51:55","date_gmt":"2018-09-29T19:51:55","guid":{"rendered":"https:\/\/egretnews.com\/?p=9001"},"modified":"2018-09-29T20:08:31","modified_gmt":"2018-09-29T20:08:31","slug":"amakonti-imiliyoni-50-yabanywanyi-ba-facebook-yibasiwe-ninkozizikibi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/2018\/09\/29\/amakonti-imiliyoni-50-yabanywanyi-ba-facebook-yibasiwe-ninkozizikibi\/","title":{"rendered":"Amakonti imiliyoni 50 y&#8217;abanywanyi ba Facebook yibasiwe n&#8217;inkozizikibi"},"content":{"rendered":"<p class=\"story-body__introduction\" style=\"text-align: justify;\">Ikigo gikorera ku mbuga nkoranyambaga Facebook kivuga ko hafi imiliyoni 50 y&#8217;abanywanyi bayo bamaze igihe badakingiwe bikwiye, gurtyo amakonti yabo agashobora kwinjigwamwo n&#8217;inkozizikibi.Icyo kigo kivuga ko izo nkozizikibi zinjiye mu makonti ziciye muri porogaramu yitwa &#8220;View As&#8221; kugira ngo zigenzure amakonti y&#8217;abantu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\"><!--more--><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Byamenyekanye ku munsi wa kabiri nkuko Facebook ivuga, icya ibishikiriza igipolisi.Ku munsi wa gatanu abanywanyi bibasiwe n&#8217;ubwo bugizi bwa nabi, ikigo cya facebook basabye abakoresha urwo rubuga gufunga za konti zabo,bagafungura izindi nshya.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Iryo kosa ryo kudakingira bikwiye amakonti y&#8217;abanywanyi ryatorewe umuti nkuko bivugwa n&#8217;icyegera cy&#8217;uwurongoye igisata &#8220;Product Management&#8221;, Guy Rosen, asigura ko amakonti yibasiwe yasubiwemwo cyo kimwe n&#8217;ayandi imiliyoni 40 mu gutangiriza.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Facebook ifite abanywanyi imiliyari ebyeri ku kwezi, umutahe wayo wagabanutseho ibice 3% ku munsi wa gatanu.Icyo kigo kivuga ko izindi mbuga nka AirBnB na Tinder, zishobora nazo nyene kwibasirwa.<\/p>\n<ul class=\"story-body__unordered-list\" style=\"text-align: justify;\">\n<li class=\"story-body__list-item\"><a class=\"story-body__link\" href=\"https:\/\/www.bbc.com\/gahuza\/amakuru-45589521\">Facebook yahagaritse gufasha abanyepolitike<\/a><\/li>\n<li class=\"story-body__list-item\"><a class=\"story-body__link\" href=\"https:\/\/www.bbc.com\/gahuza\/amakuru-41185188\">Facebook: Uburusiya burafasha gukwiragiza ibinyoma<\/a><\/li>\n<\/ul>\n<h2 class=\"story-body__crosshead\" style=\"text-align: justify;\">Ni bande bibasiwe n&#8217;icyo gitero?<\/h2>\n<p style=\"text-align: justify;\">Icyo kigo cyamenyesheje ko kidashobora kuvuga abo banywanyi imiliyoni 50 abaribo, ariko ngo cyabimenyesheje inzego z&#8217;umutekano\u00a0 muri Irlande.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Kivuga ko abakoresha Facebook bugaye bagasubira gufungura amakonti yabo, batiriwe bahindura amagambo y&#8217;ibanga bifashisha mu gufungura (passwords).<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">&#8220;Mu gihe twatanguye amatohoza, turacarondera kumenya ko ayo makonti yakoreshejwe, n&#8217;amabanga yabuwe. Ntituzi abakoze ibyo bitero naho baba.&#8221;<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yongeye ati: &#8220;Amabanga y&#8217;umuntu hamwe n&#8217;ugutekanigwa, birahambaye kuri twebwe, kandi turababajwe n&#8217;ibyashitse.&#8221;Icyo kigo kivuga ko n&#8217;uwatanguje Facebook Mark Zuckerberg n&#8217;umukozi wiwe Sheryl Sandberg, bari muri ayo makonti imiliyoni 50 yibasiwe.<\/p>\n<h2 class=\"story-body__crosshead\" style=\"text-align: justify;\">Bino bisobanura iki kuri Facebook?<\/h2>\n<p style=\"text-align: justify;\">Bino bibaye mu gihe Facebook yariko iragerageza kwemeza abanyamategeko bo muri Amerika n&#8217;ahandi, ko ishobora gukingira bikwiye amabanga y&#8217;abanywanyi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwatangije Facebook Mark Zuckerberg yavuze kuri telefone ya benshi ku munsi wa gatanu, ko afata icyo kibazo cy&#8217;umutekano w&#8217;abanywanyi\u00a0 mu gihe haguma haba ibitero by&#8217;abagizi ba nabi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwitwa Jeff Pollard icyegera cy&#8217;umuyobozi w&#8217; ikigo Forrester, avuga ko mu gihe Facebook ibitse amakuru menshi y&#8217;abanywanyi bayo, ko guhora yiteguriye guterwa nibitero bya abagizi ba nabi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">&#8220;Abatera bahiga ahabitswe amakuru, ibyo bikaba byatumye Facebook ikaza umurego,&#8221; niko yavuze.&#8221;Bino bisobanura ko Facebook ikwiye kugabanya uburyo bwo kwinjira mu makuru y&#8217;abantu.&#8221;Mu kwezi kwa mbere kw&#8217;uno mwaka, Mark Zuckerberg yavuze ko bagiye guhindura bimwe bimwe ku bijanye n&#8217;amakuru y&#8217;umuntu.<\/p>\n<figure class=\"media-landscape has-caption full-width\" style=\"text-align: justify;\"><span class=\"image-and-copyright-container\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"responsive-image__img js-image-replace\" src=\"https:\/\/ichef.bbci.co.uk\/news\/624\/cpsprodpb\/E396\/production\/_103626285_1f286c92-1e07-4150-ad9f-99ed05db0635.jpg\" alt=\"Facebook ubu ngo izohora ibwira abanywanyi amakuru yo kwizerwa n'ayatari ayo kwizerwa\" width=\"976\" height=\"549\" data-highest-encountered-width=\"624\" \/><\/span><\/figure>\n<p><span class=\"media-caption__text\">Facebook ubu ngo izahora ibwira abanywanyi bayo amakuru yo kwizerwa n&#8217;ayatari ayo kwizerwa<\/span><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umuyobozi nshingwabikorwa ari nawe yashinze urubuga rwa Facebook Mark Zuckerberg, amenyesha ko urubuga rwiwe rugiye kuzohora rubaza abanywanyi inkomoko z&#8217;amakuru babona bafitiye icizere kuruta izindi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ibyo ngo bizatuma Facebook imenya abo ikwiye guha uburenganzira bwa mbere ku bakeneye kwifashisha urwo rubuga mw&#8217;itangazamakuru.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Abanyamakuru bavuga ko Facebook yifuza guhagarika amakuru y&#8217;ibinyoma no gushyira ahabona amakuru y&#8217;ukuri.Facebook yafashe iyo ngingo, nyuma y&#8217;imyumvikano ikomeye hagati yayo n&#8217;ibigo by&#8217;itangazamakuru bifite imirongo ngenderwako ikomeye.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ikigo gikorera ku mbuga nkoranyambaga Facebook kivuga ko hafi imiliyoni 50 y&#8217;abanywanyi bayo bamaze igihe badakingiwe bikwiye, gurtyo amakonti yabo agashobora kwinjigwamwo n&#8217;inkozizikibi.Icyo kigo kivuga ko izo nkozizikibi zinjiye mu makonti ziciye muri porogaramu yitwa &#8220;View As&#8221; kugira ngo zigenzure amakonti y&#8217;abantu.<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":9004,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[2,158],"tags":[],"class_list":["post-9001","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-top-news","category-world"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9001","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=9001"}],"version-history":[{"count":10,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9001\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":9013,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/9001\/revisions\/9013"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media\/9004"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=9001"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=9001"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/egretnews.com\/index.php\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=9001"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}